Lavekor Group

Ibikoresho bifasha ubudandaji gutera imbere buri musi.

Lavekor ikora ibikoresho na serivise zizewe bifasha abantu n'ubudandaji gukora neza, gutera imbere no gushika ku ntego zabo.

Menya iDuka

Ni porogaramu ya Android ifasha umudandaza gukurikirana ibikorwa vyiwe, mbere n'igihe Internet itameze neza.

Ivyagurishijwe

Raba ivyo wagurishije.

Ububiko

Kurikirana ibicuruzwa.

Ivyaguzwe

Andika ivyo uguze.

Amadeni

Kurikirana amadeni yose ahantu hamwe.

Amafaranga yakoreshejwe

Andika ayo wakoresheje.

Raporo

Kurikirana uko ubudandaji bwifashe.

Kubera iki iDuka

Ibikorwa vya buri musi

Ibikorwa vya buri musi

Shira inyandiko zihambaye z'urudandazwa rwawe ahantu hamwe.

Irafasha n'igihe Internet itameze neza

Ibikorwa nyamukuru vya iDuka biguma bikora mu gihe Internet itameze neza.

Ibintu nyamukuru

Kurikirana ivyagurishijwe, ivyaguzwe, amadeni, amahera yakoreshejwe, ivyemezo na raporo ahantu hamwe.

Ibikoresho iDuka ikorerako

Abadandaza n'abakozi babo barashobora gukoresha ibikoresho (telefone) bitandukanye mu gukurikirana urudandazwa rw'iduka rimwe.

Ivyerekeye Lavekor

Dukora ibikoresho dufatiye ku bibazo nyakuri.

Dukora ibikoresho na serivise zifasha abantu n'abadandaza gukemura ibibazo vya buri musi no gutera imbere mu buryo buramba.

Ukeneye ubufasha?

Ufise ikibazo kuri Lavekor canke iDuka?

Twandikire kuri WhatsApp canke kuri email.