iDuka

Tunganya neza ibijanye n'urudandazwa rwawe.

iDuka ishira hamwe ivyagurishijwe, ububiko, ivyaguzwe, amadeni n'amafaranga yakoreshejwe muri porogaramu ya Android ikomeza kuba ngirakamaro n'igihe Internet itameze neza.

Kubera iki iDuka

Kurikiranira mu kiganza ibikorwa vyawe vya buri musi.

Amakuru y'ingenzi

Shira inyandiko zihambaye z'urudandazwa rwawe ahantu hamwe.

Irafasha n'igihe Internet itameze neza

Ibikorwa nyamukuru vya iDuka biguma bikora mu gihe Internet itameze neza.

Korana n'abandi

Andikisha abakozi, hanyuma ubahe uburenganzira bukwiye bujanye n'amabanga bajejwe.

Raba incamake

Kurikirana uko ubudandaji bwifashe.

Ibikorwa bikuru

Ivyo iDuka ifasha gukurikirana.

Ivyagurishijwe

Andika ivyo wagurishije.

Ububiko

Kurikirana ibicuruzwa.

Ivyaguzwe

Irangura, andika ibicuruzwa waranguye.

Amadeni y'abakiriya

Kurikirana amadeni abakiriya bagufitiye.

Amadeni umudandaza yafashe

Kurikirana amadeni ufitiye abo urangurako ibicuruzwa n'ayandi madeni y'ubudandaji.

Ubwishu n'amafaranga yakoreshejwe

Andika ayo wishuye n'ayo wakoresheje ku bindi bintu, nk'umuyagankuba n'ibindi.

Raporo

Kurikirana uko ubudandaji bwifashe.

Inyandiko n'ivyemezo

iDuka irabika icemezo c'ubwishu n'izindi nyandiko.

Incamake ya iDuka

Raba incamake y'ubudandaji bwawe.

Andika ivyagurishijwe n'ivyaguzwe, kurikirana ububiko n'amadeni, urabe amafaranga yakoreshejwe, hanyuma ukoreshe raporo kugira utahure ubudandaji bwawe.

Abakozi n'amabanga bajejwe

Andikisha abakozi, hanyuma ubahe uburenganzira bukwiye bujanye n'amabanga bajejwe.

Internet itameze neza

Ibikorwa nyamukuru vya iDuka biguma bikora mu gihe Internet itameze neza.

iDuka kuri Android

iDuka kuri Android

Porogaramu ya Android irategurwa. Amakuru yayo azoshirwa ku rubuga rwa Lavekor igihe izoba yemejwe.

Ukeneye ubufasha?

Twandikire Lavekor.

Rondera ubufasha ku bibazo vya iDuka canke Android.